Abategetsi b’Uburundi barakwiye kumenya ko ata gihagarika urukundo. Ubutumwa bwa Maison Shalom

  Рет қаралды 5,321

Tele Renaissance

Tele Renaissance

Күн бұрын

Пікірлер: 20
@greggmpendi5808
@greggmpendi5808 11 ай бұрын
Bomjour mwaramutse grande dame...Dans une generation vous serez la personalite la plus extraordinaire que le Burundi ai connu... Uvukana na Rwagasore.. 🙏🏽Imana ikurinde..
@nyamugishagoreth8556
@nyamugishagoreth8556 Жыл бұрын
Uri umwana umuvyeyi mwiza mama.shalom Imana izokwihere ubugingo bw Iteka
@MabrukiNgereza-gj7mz
@MabrukiNgereza-gj7mz Жыл бұрын
Murakwiye kwitwa Umweranda. Murakwiye kwitwa Mama Burundi 🇧🇮
@joemac7463
@joemac7463 10 ай бұрын
Urasara ww
@eliusbizimana7646
@eliusbizimana7646 Жыл бұрын
Shalom yari idée na conception ya Diocèse ya Ruyigi. Yarayibivye
@MabrukiNgereza-gj7mz
@MabrukiNgereza-gj7mz Жыл бұрын
Komera ku muheto Muvyeyi wacu Marguerite Barankitse
@MabrukiNgereza-gj7mz
@MabrukiNgereza-gj7mz Жыл бұрын
Shalom Shalom Shalom
@eliusbizimana7646
@eliusbizimana7646 Жыл бұрын
Mu Ruyigi warubatse amazu, ariko ntiwubatse cane imitima.
@nyamugishagoreth8556
@nyamugishagoreth8556 Жыл бұрын
Tu es une sainte 😢
@ferdinandndaruzaniye7543
@ferdinandndaruzaniye7543 Жыл бұрын
Margeurit! "ISHAVU RYERANDA"😂😂😂 Wahinditse Imana rero ubu? Yaco muba murogotwa
@eliusbizimana7646
@eliusbizimana7646 Жыл бұрын
Wagirisha inama iwawe zo gutembagaza ubutegetsi.
@jovithendayishimiye3810
@jovithendayishimiye3810 Жыл бұрын
Tuguma twihombera kuko ivyo vyose yatwaye i Rwanda vyoteje imbere aba na bacu ndetse ....
@mbinonyoso7501
@mbinonyoso7501 Жыл бұрын
Inyenzi zaraguhenze nono ibyowubatse byarahobye mama Wakurikiye shitani yitwa kagame
@PerpetueNicoyangeneye-en8hb
@PerpetueNicoyangeneye-en8hb Жыл бұрын
Wewe uzira akarimi kawe namanyama yo kutubaha abaganza!!!
@victorg7280
@victorg7280 Жыл бұрын
Wewe Margarita,v urumwiyorobetsi gusa ,genda!!!Nimara ubesha,ukanabeshera ibikuziko !!!!
@bukuruaslam4171
@bukuruaslam4171 Жыл бұрын
Gusa menyako nimvugo zanyu zaratumye beshi mubo mwareze babonako nubundi mwabareze kugira nihagerako mubakenera muzobaronke vyoroshe ariko nabo barahinyura intumbero zanyu!
@bukuruaslam4171
@bukuruaslam4171 Жыл бұрын
Maggy ivyo ukora birashimwa mais turanakeneyeko ubwire Abarundi ingene uronka uburyo kugira niwashengera bizobandanye !kandi beshi mubaguha ubufasha twe nkabarundi nibamwe bakubita inkomoko zacu aribo basokuru bacu bakabakubita bambaye ubusa !
@PerpetueNicoyangeneye-en8hb
@PerpetueNicoyangeneye-en8hb Жыл бұрын
Nne vyarivyawe wewe ntivyarivyabarundi???toka!!!!
@eliusbizimana7646
@eliusbizimana7646 Жыл бұрын
Urafise langage qui n'engage pas. Umwiyorobetsi
@MabrukiNgereza-gj7mz
@MabrukiNgereza-gj7mz Жыл бұрын
Shalom Shalom Shalom
Building Maison Shalom | Marguerite Barankitse | TEDxWarwick
13:22
Я сделала самое маленькое в мире мороженое!
00:43
버블티로 부자 구별하는법4
00:11
진영민yeongmin
Рет қаралды 27 МЛН
Sigma baby, you've conquered soap! 😲😮‍💨 LeoNata family #shorts
00:37
Témoignage : Madame Marguerite Barankitse
22:43
KTO TV
Рет қаралды 62 М.
Ikiyago n’abahoze ari abakuru b’igihugu
1:59:23
Yaga Burundi
Рет қаралды 13 М.
Marguerite Barankitse, fondatrice de la maison Shalom
26:23
Maison Shalom International: Silver Jubilee
4:33
Maison Shalom International
Рет қаралды 550
Témoignage de Marguerite Barankitse / Maison Shalom (2ème partie)
32:48
Témoignage de Marguerite Barankitse / Maison Shalom (1ère partie)
32:37
Témoignage de Ndagijimana Audace / Ancien Militaire ex-FAB
25:34
Tele Renaissance
Рет қаралды 80 М.
Я сделала самое маленькое в мире мороженое!
00:43