FABLICE avuze uko IMITAHE izungukira abayitanze//Uko isoko izokubakwa//Aba GENERAL bavurwamwo

  Рет қаралды 18,582

UMUKUBITO

UMUKUBITO

Күн бұрын

FABLICE avuze uko IMITAHE izungukira abayitanze//Uko isoko izokubakwa//Aba GENERAL bavurwamwo
‪@NtareRushatsiHouseTV‬
#president

Пікірлер: 184
@arnoldkennytuyisabe1833
@arnoldkennytuyisabe1833 9 күн бұрын
ABANTU bemera ko Fabrice azokwubakisoko rikuru ryabujumbura bampe like ❤ Fabrice Manirakiza tukurinyuma muriki gikorwa
@josephntangare
@josephntangare 9 күн бұрын
Bwana Gaël gerageza uze urasobanura amajambo Fablice avuga mu congeleza kuko harihojambo ngirakamaro avuga ugasanga benshi ntibaritahuye merci bcp
@MwizawanoneVianney
@MwizawanoneVianney 8 күн бұрын
Uwo arashiboye cane,jewe ndamwubaha cane
@dorlosek
@dorlosek 9 күн бұрын
Gael twashaka tugusabe, udusabire Fablice asabe BRB nayo itange umuco canke yandike une communication officielle ko abanyamitahe BRB izobaha bon de tresor nk'uko abivuga. Kuko Ibanki nkuru ntanakimwe irabivugako.
@KenbennyNdayikeza
@KenbennyNdayikeza 8 күн бұрын
Nivyo kbx
@nahimanafiston6518
@nahimanafiston6518 8 күн бұрын
Haaa iconico kweri
@NiyomutabaziErica
@NiyomutabaziErica 8 күн бұрын
Irijsmbo niryo BRB nayo ikwoy gutanga umuco,nakare Fablice yavuzeko vyose bizoba kumugaragaro
@LazareNzoyihera
@LazareNzoyihera 7 күн бұрын
Ntiwakwirikiranye ijambo président yavuze kuvya Fablice mukayanza bahejeje kwiga kwico cimitahe
@noellaingabire-y9s
@noellaingabire-y9s 9 күн бұрын
Nakuze nunva Abarundi bavuga bati intwari ntiziramba Mana tuzigamire iyi ntwari wahaye Uburundi nabarundi 🙏
@celestinmaniratunga7815
@celestinmaniratunga7815 8 күн бұрын
Intwari zararamba kandi caaane, gusa ubugizibwanabi buvu mumitima yabarundi kuko Uta inkoko ntuta icibitse ,Fabrice n'umuntu twese tuzopfa tuva mwisi tuzosaza ariko imigambi yiwe izobandanya ikorwa nivyiza reroko twomusengera agakora ivyovyiza nabandi benshi baze bamufashe twubake uburundi bwacu
@lilianeerica3318
@lilianeerica3318 7 күн бұрын
Àmen kweli Imana imuzigame
@eugeniegakobwa1084
@eugeniegakobwa1084 Күн бұрын
Nkuko muvuga neza abari i Burundi aho bagurira imitahe none abari hanze ko muvuga ngo nibagende kwi banque izwi batwaye numero de compte de dollars Amériques na code . none iyo numero de compte niyo code umuntu abikura he.
@eugeniegakobwa1084
@eugeniegakobwa1084 Күн бұрын
None ko muvuga ngo abari hanze bazotanga 103$ Américain. Ni minimum ko numva muduhimiriza gushiramwo ayo dufise yose. umuntu arashobora gutanga 10000$ Américain aba hanze?
@B-Y-N
@B-Y-N 9 күн бұрын
Hezagirwa hezagirwa Fablice Yezu agukomeze natwe turagushigikiye ❤️❤️❤️👏👏👏👏💒💒💒💒
@julesjulius2694
@julesjulius2694 9 күн бұрын
Imana izigame Fablice .Turikumwe tuvyumve kumwe
@ndayizeyeconsolatte
@ndayizeyeconsolatte 9 күн бұрын
Imana ikutuzugamire ikurinde impanuka iyariyo yose❤ Fabrice ramba ncuti from America 🇺🇸 Tennessee Nashville
@christainc.5217
@christainc.5217 9 күн бұрын
Rabuntumeko nanj😂hiyuri
@nahimanafiston6518
@nahimanafiston6518 8 күн бұрын
Shiramwo nawe iryo dorar
@Angependo9141
@Angependo9141 9 күн бұрын
Nanje abo namye ndabibwira ntibazi yuko iyosoko igiye kuzubakwa kandi bari hiyo muburundi from America
@FideliteHabonimana
@FideliteHabonimana 9 күн бұрын
Fablice uwiteka agukomeze akurinde impande zose umukubito hejuru❤❤❤❤
@claireuwimana9973
@claireuwimana9973 8 күн бұрын
No i remember about Dr Christophe < kira hospital> noway
@imebebonfils
@imebebonfils 9 күн бұрын
Fabric Man'Irakiza ❤❤❤❤
@ezekielsabiyumva8048
@ezekielsabiyumva8048 9 күн бұрын
Fablice turamwemera cane nanje ndaje dukorane na Fablice 🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
@Emily-k98
@Emily-k98 9 күн бұрын
IMANA iduhe kukwongera impwemu z'abazima ikurinde abansi kuko uri intwari 🙏🙏💪💪💪💪💪
@clovischild5926
@clovischild5926 9 күн бұрын
It's right Gaël
@NTUNZWENIMANADEO-yn6qp
@NTUNZWENIMANADEO-yn6qp 6 күн бұрын
Kuberako bitagenze uko tuzokora turi ukuboko kumwe mugihe " ukuboko kumwe kwiyaga ntikwimare uburyi!" Kuko bitagenze uko tuzoba dukunda ikintu nigihushane caco. Together we can.
@julesjulius2694
@julesjulius2694 9 күн бұрын
Fablice uraciye ubwenge ndakwemeye uzikwishura ibibazo
@nkundakadomo2882
@nkundakadomo2882 9 күн бұрын
Ndabona mufite gahunda nziza yokubaka igihugu no kugiteza imbere ariko akabazo kajye abatarabarundi ntibemerewe gushiramo imitahe muzadusobanurire
@niyorukizaelias8142
@niyorukizaelias8142 9 күн бұрын
Munyuma apana ubunyene
@ChachaChany
@ChachaChany 8 күн бұрын
None abatari abarundi wumva bojamwo gt non wew ugomb kwubak igihug kitari
@ChachaChany
@ChachaChany 8 күн бұрын
Icawe?
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 8 күн бұрын
​@@ChachaChany😂😂😂😂ariko ashaka kubunva
@TheChampion53
@TheChampion53 7 күн бұрын
Ntabw ar abarundi gsa kuk namadolar urashitako ntakibazo kabisa
@Nans273-e1o
@Nans273-e1o 8 күн бұрын
Iconinconavuze uwundashaka ukora ntagace integer abandi hariho bakunda igihugu nimutureke twikorere
@nizigabosco3359
@nizigabosco3359 9 күн бұрын
Very good
@JosiasBizerimana
@JosiasBizerimana 8 күн бұрын
Ndemeko azoyubaka nanje nzoyatanga kuwakabiri❤❤❤
@amarkazubwenge8967
@amarkazubwenge8967 4 күн бұрын
How can we put our investment? Which one can we contact if we want to invest?
@lavieClovis-rg7vu
@lavieClovis-rg7vu 9 күн бұрын
gael fabrice hejuru🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪
@JeanVyisi-sn2wh
@JeanVyisi-sn2wh 9 күн бұрын
Fabrice is powerful
@fleurygahungu7892
@fleurygahungu7892 5 күн бұрын
Courage et felicitations mwana wacu. Uri umwe mu Barundi bameze nka Mosse mugomba mushikane igihugu c'Uburundi ku gihugu Imana yadusezeraniye igihugu ca mbere giteye imbere. Barundi mwese dushigikirane, twirinde gusamburana. Mana duukureko agasuzuguro ngo turi igihugu ca mbere gikenye???
@ndayizeyeconsolatte
@ndayizeyeconsolatte 9 күн бұрын
♥️♥️♥️💯
@albertdundaguza2142
@albertdundaguza2142 9 күн бұрын
Juste Gael yambu caane, wompa fone ya Fabrice? Ndi umurundi aba swede, Merci
@ChachaChany
@ChachaChany 8 күн бұрын
Raba ah nyen ku mukubito hari ikiganiro yatanzemwo numero yiwe
@ChristelAbikunda
@ChristelAbikunda 7 күн бұрын
Turashima kukungene muduha amakuru asorongoye mudushikiriza.
@solange-np7bc
@solange-np7bc 7 күн бұрын
Mumpe nimero ya Compte B RB ikigega rusangi
@LazareNzoyihera
@LazareNzoyihera 7 күн бұрын
Kora wubake izina mutama❤❤❤
@TwizerimanaEvode-ms6dt
@TwizerimanaEvode-ms6dt 8 күн бұрын
❤❤❤ Burundi 🙏✅🤜👍, Gael❤❤❤, Fabrice,👍🤜✅🙏❤❤
@NTUNZWENIMANADEO-yn6qp
@NTUNZWENIMANADEO-yn6qp 6 күн бұрын
Ariko kandi sinoreka nukuvugako kugirango bishoboke hariho ibitaribike bidusaba nkabarundi kandi nareta igashiramwo inguvu nacane cane mugukura intambamyi munzi kugirango bikunde irya vision ya 2460 izogere Uburundi arikindi gihugu. Ngaha nkavuganti, IGihe reta izoba yicaranye nabo batavugarumwe, ibibazo bikava munzira ntakekako iterambere rirama rizoba ryinjiye mugihugu cacu.
@SHISHIKARATV
@SHISHIKARATV 9 күн бұрын
Love you Fabrice ❤❤
@Angependo9141
@Angependo9141 9 күн бұрын
Ariko yemwe Fabrice ndagusabira k’Uhoraho azakuzigame
@AlexisNdagijimana-e2h
@AlexisNdagijimana-e2h 8 күн бұрын
@DonatienNdikumana-m7q
@DonatienNdikumana-m7q 9 күн бұрын
Ntamuntu afisumutima nubwenge atoshima uyumugambimwiza imana ikomeze Fabrice kutugeza murikanani amen
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 8 күн бұрын
Akokanyuma😂😂😂😂😂😂😂
@meschackniyonkuru9534
@meschackniyonkuru9534 9 күн бұрын
Fablice bafatany na Gaël biraryoha. Imana ibakomeze
@nkunzimanapierreclaver4935
@nkunzimanapierreclaver4935 8 күн бұрын
Iyonyungu sindiyeko , nzorya ivyo mpambije
@Nans273-e1o
@Nans273-e1o 8 күн бұрын
Igihe cose bonye Fabrice sindegana navuze kuko ivyakoraninkora mutima kuri njew nabarundi
@fabiennizigiyimana
@fabiennizigiyimana 9 күн бұрын
Courage
@niyonkoreraanicet2487
@niyonkoreraanicet2487 9 күн бұрын
❤❤❤❤
@TwizerimanaEvode-ms6dt
@TwizerimanaEvode-ms6dt 8 күн бұрын
Fabrice azandikwa mumateka yuburundi ❤❤🙏✅🤜, Gaël uzamumbarize ukntu yiyumva mubwinko bwe, 😂 Aho sibaband bajyaga bavuga ngo basazwa nubwenge?!, Afite imigambi itangaje kand ireba Umurundi Weser, nta moko nta karere ntaburanga❤❤
@sereine-marienkuyehasi3009
@sereine-marienkuyehasi3009 8 күн бұрын
New era 🎉
@niyongesodeo5147
@niyongesodeo5147 9 күн бұрын
Duhe inomerro ya Fablice aho kuri ecran ico nzomubaze kijanye nuwo mugambi
@ChantalNdimubandi
@ChantalNdimubandi 8 күн бұрын
Imanikuzigame muntumwiza
@Nof_byNogassin-me3zh
@Nof_byNogassin-me3zh 7 күн бұрын
Imana ibandanye imujimbere mumigambi myiza afise.arashoboye
@georgettenahimana1695
@georgettenahimana1695 8 күн бұрын
Nciye ntegera igituma haciye igihe tubonye ikintu citwa : "la bourse de Bujumbura". Ariko none umuntu ashiramwo umutahe, amahera akaja muri bourse, none uwushaka gushira inyungu yiwe mu yindi investissement ashobora kuyaronka gute kuko bourse siyo investissement yo nyene! Kandi songa mbere kabisa!
@georgettenahimana1695
@georgettenahimana1695 8 күн бұрын
Mbega ko Fablice ariko yubakisha inyuma ninde azo géra iyo entreprise izoca investissa directement en bourse?
@LovelyForestHills-vm2wy
@LovelyForestHills-vm2wy 9 күн бұрын
Ndakurinkuma🇧🇮🇧🇮🇿🇲
@niyorukizaelias8142
@niyorukizaelias8142 9 күн бұрын
Uvuze ngwiki😂😂?
@iidd6782
@iidd6782 8 күн бұрын
Jewe naciye mbona koyandits ndakurinyuma😂
@emelynecimpaye967
@emelynecimpaye967 8 күн бұрын
Kaze mwese twubake igihugu cacu,mukuriha imitahe,jewe ndarishe ubunyene
@edouardmpawenayo2733
@edouardmpawenayo2733 9 күн бұрын
None kumenga ukwezi kumwe niguto jewe mbona wokwiza amezi atatu
@KogotaEvent
@KogotaEvent 9 күн бұрын
Tuyashiramwo gute
@ChachaChany
@ChachaChany 8 күн бұрын
Fablice please unyishure niwabon iy comment yanje abantu tur mu kabezi twoyatangir he k ata bancobu ihari gusa hariho coopec mbwira twoyatanga gt?
@NikobariJacqueline
@NikobariJacqueline 8 күн бұрын
Gayel namahoro urakoze kubiganiro uduha uraturonderera urya mugambi wibi nobonobo abitumbwire neza hama tubirime urakoze
@ChachaChany
@ChachaChany 8 күн бұрын
Ibiki nagira ni ibibonobono
@ericnzambimana4336
@ericnzambimana4336 9 күн бұрын
Non kukwezi minimum uzunguka angahe
@irakozejustegael612
@irakozejustegael612 9 күн бұрын
kurikirana ikiganiro birimwo
@Nans273-e1o
@Nans273-e1o 8 күн бұрын
Nahontafise icontanga ariko so yose GA sinibagira Fabrice kuko uburundi bwacu ntibanezegwa numuntu atenza imbere imigambi canke nawe atere imbere
@EllissaNiyogusenga
@EllissaNiyogusenga 8 күн бұрын
Abarimurikenya nabo bazorihagute?
@ericciza926
@ericciza926 8 күн бұрын
Uwumuhungu nincambwenge caneeeee
@MwizawanoneVianney
@MwizawanoneVianney 8 күн бұрын
Fabrice wubahwe
@LandryPerclain
@LandryPerclain 9 күн бұрын
Mana warokoz kub fablice ar umurundi imana ikuturindire imikoshi
@mucowumukamalievin
@mucowumukamalievin 8 күн бұрын
Mutubwirire aze adushirire salle ya cinema mwirya soko ir vip kuko ntagihugu nakimw kitagira ikintu nkico
@jchuma5417
@jchuma5417 9 күн бұрын
None abari Zambia tungiregute tubwire
@NTUNZWENIMANADEO-yn6qp
@NTUNZWENIMANADEO-yn6qp 6 күн бұрын
Nkimpanuro yumukurambere, Fablice lmana igukomereze iyo vision y'aguhaye, ariko nawe wirinde gukoresha amajambo atayihesha icubahiro ninaho nawewe nyene bizoguhesha icubahiro murikazoza! Ninba koko umuntu y'aremwe mwishusho ylmana hanyuma ukamwita ,umuhimbiri, imburakimazi, UMUKOMA, nonese lyamuremye mwishusho ryoyo icayitwa gute? Nigute umumuyobozi mwiza yifata mugihe bamubwiye ivyadakunda? Search..... . Ngo akanwa kanyu nti kakavemwo imivumo uretse imihezagiro......... Ndagukunda cane, ariko DUHINDURE INGENDO...
@DrNelsonJohnMuhirwe
@DrNelsonJohnMuhirwe 9 күн бұрын
😂😂😂😂 Sha kuva nakabaho ndabonye umurundi wincabwenge vraiment mbe aboba bariko bakurikirana ikikiganiro mwoba mwumvise ibibazo Gaël yabajije Fabrice uburemere bifise , ok mwoba mwumvirije uko Fabrice yishuye ivyobibazo? 😅😅😅😅😂😂😂😂 Fabrice yabajijwe kubijanye na Platforms nukuvuga ubuhinga bugezweho Kugirango umunywanyi aze arakurikirana uko umutahe wiwe uriko wunguka , Fabrice yishuye ati Abantu nibazane imitahe yabo .
@GilbertNduwimana-zr9cw
@GilbertNduwimana-zr9cw 9 күн бұрын
Ikibazo nkeney kumenya mbega niyo iyo soko yayuzura hazobaho kumenyesha abanyamitahe uko bariko bunguka kugira.bicare baz uko biriko bigenda cank nukurindira icomumubwiy nifuz kumenya ejo umuntayashijemwo uyumutsh azobikwirikiranagt kugira ahere amazinda
@NdayikezaAsman-z3y
@NdayikezaAsman-z3y 9 күн бұрын
Naduhe num yiw dushobor kumuronkak jew harih akantu ntaratahura
@enockhabimana8634
@enockhabimana8634 8 күн бұрын
Genda kur gage ya ubaka nation groupe ziriko
@SindayigayaDeo-ox8bx
@SindayigayaDeo-ox8bx 8 күн бұрын
Fabrince ww turakwemera xan hm kukintu cogutanga ndemeranya namwe kuba mwaratanze ukwezi kumwe kugira banyarukane imitahe ibikorwa bitangure vyihuse gusa kurundi ruhande ndabona gutanga imitahe bitorangirana nuko kwezi kumwe dushobora kuriha amafranga yiyosoko mukwezi kumwe ariko kubwurukundo dukunda uburundi twifuza kubona uburundi bwubatswe bihagije ca mutegura uyundi mugambi wihuta muwuduhe inyuma yimitahe yisoko gutanga ibitahe bibandanye mukuduza ayandi magorofa muburundi kubamaze gutanga imitahe bazisubiriza dukomeze gushora imitahe nokubo bitakunze kobashora imitahe kusoko bashore muyindi mushinga izobandanya Murakoze ndi burundi 🇧🇮 nyene. 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@ChachaChany
@ChachaChany 8 күн бұрын
Ivyo yam yabivuze mu biganiro akora ereg suwisoko gusa tuzogum dutanga harih niyindi migambi myinshi
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 8 күн бұрын
Ico nico kbx❤❤
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira 9 күн бұрын
None ko isoko yaturiwe, abayikoreramwo bazotaha gurtyo. Uyu Fabrice arashobora kugwa mu mutego w'ibintu atazi. Uburundi bugona buri maso
@ndigimunaziri3575
@ndigimunaziri3575 9 күн бұрын
Isoko nshasha izoba ifise ibibanza vyinshi kurusha iyakera bisigurako abakera bazoronka nabashasha bajemwo ikindi inyungu iri ahanini kumafaranga azoza aratozwa burimusi y Isoko naho uba ufisemwo ikibaza mwisoko ntibikuraho kuriha amahera yisoko yaburimusi hamwe nama taxes ya leta
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira 9 күн бұрын
@ndigimunaziri3575 Umwami ngo yabwiye incoreke yiwe ngo nzokurongora muja wanje (kuko iyo ncoreke yar ifise akaranga gasesuka) iyo ncoreke nayo isubiza umwami iti: mwami w Uburundi nzovyemera ngufumbatiye. Turakuze tubonye vyinshi sha !
@mucowumukamalievin
@mucowumukamalievin 8 күн бұрын
Sale ya cinema vip turabasavye mwisoko
@luckymbonye4183
@luckymbonye4183 9 күн бұрын
Ubu ureka guta umwanya kuri ba Bobo kko bo nugu critical gusa,nibakore ivyabo batange akarorero 🥺 umurundi adatahura uyumugambi aziba afise amazi mumutwe
@VYIZIGIROFiston
@VYIZIGIROFiston 9 күн бұрын
Gael nkusab uzomumbarize turashiramwo umutahe uburundi ninkumukobwa ar vierg reo harahant dushak niyaheza isoko duce tuja atwubakire taire y basketball uzukunt dusugagugwa nabo hakurya turashak taire p p
@RukundoEmmanuer
@RukundoEmmanuer 9 күн бұрын
Hhhhhhhh ibyo muri business ntibikora muri business ureba ibizana amafranga gabanya ubwana haracyari kare kujyirango mushike hariya
@RukundoEmmanuer
@RukundoEmmanuer 9 күн бұрын
Hhhhhhhh ibyo muri business ntibikora muri business ureba ibizana amafranga gabanya ubwana haracyari kare kujyirango mushike hariya
@emmanueluwamurengeye1049
@emmanueluwamurengeye1049 9 күн бұрын
SHA FABRICE AFITE IMIGAMBI MYIZA ARIKO BIZARANGIRA NABI KUKO BIZARANGIRA MURI YEGEREGERE IZATERWA NINYEREZWA RYUMITAHE YABAZABA BAYISHYIZEMO, KUBERA IBIFI BININI BIZASHORAMO AMABOKO IKIGEGA NIKIMARA KUZURA, FABRICE TUZAMUBURA YEMWE NIMIGAMBI YATUBWIRA UBU TUZAYIBURA GUSA SICYO KIFUZO KE ARIKO IZONGORANE ZIZOSHIKA UKO NYINE
@amoskolly6139
@amoskolly6139 9 күн бұрын
Ubumwe bwacu nizonguvu zacu
@emmanuelbanzi7027
@emmanuelbanzi7027 9 күн бұрын
42:02
@nahimanafiston6518
@nahimanafiston6518 8 күн бұрын
J ndahejj kugura imitahe 10 God Bless our project
@EmmieHakizimana
@EmmieHakizimana 3 күн бұрын
Bit wang naje nipfuza kugura imitahe bigenda gt umuntu ayashira kuyihe compte yo muyihe bank
@nahimanafiston6518
@nahimanafiston6518 3 күн бұрын
@@EmmieHakizimana ja muri BANCOBU bacabayiguha direct ww ucushirako
@EvaGlow-r3e
@EvaGlow-r3e 9 күн бұрын
Imana yakuduhaye ikomeze kukuzigama🙏🙏❤❤
@fleuryirany1871
@fleuryirany1871 8 күн бұрын
Jew ikibazo mfise niki, mbega hamwe bokwegeranya amafanga abanyamitahe bashizemwo bagasanga nimake atoshobora kubak iyosoko iyihe yindi nzira bategura kugura kugira ca kiringo c'imyaka itanu kizogere isoko yaheze , ubwo ibikorwa ntibizoca bihagarara ??
@mosespili779
@mosespili779 9 күн бұрын
Gael IMANA iguhezagire cane
@AlainrobertKubwimana
@AlainrobertKubwimana 8 күн бұрын
Fabrice icizere maze kukugirira ntaninsiguro ndende nkeneye kukwo ibikogwa vyawe birivugira iconzico umitahe naguze izogira iciterereye mukigege Hama abobandi bavuga ngoniyibikomerezwa bivye bakayazana tukubaka igihugu abarisawa vrt ndakurinyuma tugume tubona Ama étage muma film gusa kandi natwe twayiyubakira
@JedidiahNiyongabo
@JedidiahNiyongabo 9 күн бұрын
Courage Fablice 👏👏
@vincentbiboniman8942
@vincentbiboniman8942 2 күн бұрын
Mutubwire uko ugira downloading certificat kugira umuntu ashobore kwuzuza
@MusangirarugendoTV
@MusangirarugendoTV 2 күн бұрын
kzbin.info/www/bejne/Y4m2mJpjj9-tg9Usi=2VQNUtDbkvBqR2D4 Fablice yamye ashoboye
@BenigneNibitanga
@BenigneNibitanga 3 күн бұрын
None gayemwe ndafise ikibazo ibibanza migutangwa bazisunga iki ubwo ntibazoraba imitahe?
@MartinBucumi-f5h
@MartinBucumi-f5h 8 күн бұрын
Ndabishigikiye kuko abarundi turikengera kandi dushoboye
@uwizeeventhius8835
@uwizeeventhius8835 3 күн бұрын
Nuyumuhungu Gayle numva ukuntu abaza nawe ndiko ndabona ko aciyubwenge kabisa arabona kure
@bizozatherenceafricana3484
@bizozatherenceafricana3484 7 күн бұрын
Congs Mr Fablice. Ibikorwa muriko ni vyiza cane. Gusa sintahura igituma ushimangira ivya contrat de concession, ni ukuvuga igihe uvuganye na nyen'ikibanza, ukagitunganya, ukacubaka, hama mukavugana periode d'exploitation, iheze ugasubiza ikibanza n'ivyo wubatse. So, mugihe tuzi ko Leta ihora itanga ibibanza burundu kubanyamigambi n'iyo boba abanyamahanga, kuber'iki isoko itokwegukira burundu abanyamitahe? A la limite, à défaut yo kukigabira abana bayo bemeye gukora ivyo yoyo itashoboye, yovuga igiciro ikibanza kikagurwa. Ako koba akarusho gakomeye no kuzi za déscendences za ba nyen'imitahe, des générations et des générations. Abamenyesha makuru baguha ibiganiro, tubasabe babe baraba nos commentaires bakuremwo ivyo bagusabamwo umuco mubibazo bakubaza.
@NTUNZWENIMANADEO-yn6qp
@NTUNZWENIMANADEO-yn6qp 6 күн бұрын
Jew nagirango shimire Feblice nuwo mumenyesha makuru, lmanana ibahezagire caane cokimwe na team yose mukorana kuko ibikorwa murimwo biratwubaka kandi n'abandi turiteguye Kubahamwe namwe tugashira inguvu hamwe muguteza imbere igihu cacu.
@NTUNZWENIMANADEO-yn6qp
@NTUNZWENIMANADEO-yn6qp 6 күн бұрын
Ariko kandi sinoreka nukuvugako kugirango bishoboka hariho ibitaribike bidusaba nkabarundi kandi nareta igashiramwo inguvu nacane cane mugukura intambamyi munzi kugirango bikunde irya vision ya 2460 izogere Uburundi arikindi gihugu.
@NduwimanaLéonidas-u4b
@NduwimanaLéonidas-u4b 8 күн бұрын
Merci.Gusa ntimwamubajije numero za compte twocishako amahera
@JeanClaudeBUKURU-m9z
@JeanClaudeBUKURU-m9z 7 күн бұрын
Mwiriw neza kotwifza gushramwo umutahe twobgeza gt
@EllissaNiyogusenga
@EllissaNiyogusenga 8 күн бұрын
Jew nkiciyumviro muzoshiremwo uburyobwukumuriro wadutse hamwo amazi acameneka bikizimya
@solange-np7bc
@solange-np7bc 7 күн бұрын
Jew ndi omani nimumpe nimero ya conte ya BRB ham ndungik
@miburoherman
@miburoherman 7 күн бұрын
Umutahe umwe WA 103€ ingana n imitate ingahe y amarundi?
@lilianeerica3318
@lilianeerica3318 7 күн бұрын
Noe umuntu yocahe kugira ashiremwo imitahe
@IldephonseZiruka
@IldephonseZiruka 7 күн бұрын
Jew ivy ntatahur ni cent trente yama dor cnk amarundi
@Ndikumwenayo-k8j
@Ndikumwenayo-k8j 6 күн бұрын
❤❤❤❤❤❤🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@BlandaIranzi
@BlandaIranzi 9 күн бұрын
Ímana ikurinde❤❤
@EzekielNahimana
@EzekielNahimana 21 сағат бұрын
Kabisa tukurinyuma.
@kimeregyslainbi
@kimeregyslainbi 9 күн бұрын
Naba Jeune turi Inyuma yawe Fablice, azoba make tuyashiremwo
@DorineNijimbere-he5rd
@DorineNijimbere-he5rd 9 күн бұрын
Umugambi ni mwiza cane hamwe wogenda neza. Wogira inyungu zihambaye Ku gihugu cacu ziyongera Ku nÿungu z'amafaranga.
@free-lucy14
@free-lucy14 8 күн бұрын
Negativity away naho mwari kutubwira tuyaterere gusa twari kuyatanga so aba jeunes Burundi muze twubake igihugu cacu big up
@TherenceIrankunda-pw5mh
@TherenceIrankunda-pw5mh 8 күн бұрын
Komera papaaa
@florencekubwayezu706
@florencekubwayezu706 9 күн бұрын
Uburundi buratunze incambwege Fabrice 🇧🇮🇧🇮
@nkunzimanapierreclaver4935
@nkunzimanapierreclaver4935 8 күн бұрын
Nzoba mbona abo bantu ni atibwa
Новый уровень твоей сосиски
00:33
Кушать Хочу
Рет қаралды 4,8 МЛН
小天使和小丑太会演了!#小丑#天使#家庭#搞笑
00:25
家庭搞笑日记
Рет қаралды 12 МЛН
小丑妹妹插队被妈妈教训!#小丑#路飞#家庭#搞笑
00:12
家庭搞笑日记
Рет қаралды 37 МЛН
🇲🇱 Mali, Débat général, 79e session | Nations Unies | Assemblée générale
29:08
Organisation des Nations Unies - ONU
Рет қаралды 261 М.
Nigeria Billionaire Dangote on Fuel Subsidy, Oil Prices, Football
26:00
Bloomberg Television
Рет қаралды 295 М.
Новый уровень твоей сосиски
00:33
Кушать Хочу
Рет қаралды 4,8 МЛН