Rufyiri We Shiramwo Imitahe Nawe Reka Gusamaza Abantu
@jerometwagirayezu4066Ай бұрын
We gayeri uwo Gabriel ivyo vyokuvuga ngo Bazane iyo bakuye amahera nn mbega wunva bidatuma abantu batisanzura KO aba yamaze kwibwa wunva ubundi baba bakiyagaruye
@BimenyimanaChadrack-ml7blАй бұрын
❤❤
@HavyarimanaMethode-iq6nfАй бұрын
Uyumugabo yamira mumadeni gusa mukurengaho aba jeune biyubakire uyushaje ubwenge burasubira inyuma yiruke kubintu umuntu yironderey babironi hoshiiiii
Ntakosa ririmwo aregerezwa kuvugisha umuntu wese y compris des opposants
@SHISHIKARATVАй бұрын
Amafranga ava muri bank
@Vision2300Ай бұрын
Kagame akura he amafaranga yo guteza imbere igihugu cye? Les occidentaux basahura afurika kugirango bateze imbere ibihugu byabo! vous voulez être plus démocratie que les européens, nous sommes un pays pauvres ! Avant de demander d'où vient l'argent, reka tutangire twubake
@candidegahugano7058Ай бұрын
Jewe ngiranti bagombe bayibe nibubake gusa😢😂😂😂
@clovisIrakoze-q9hАй бұрын
gaël abantu nkabo ntuzoze ubakoresha ikiganiro kk bagomba kuzana politique yakere aho biruko igihugu nticotera imbere
Umuzungu azokomeza aduhonyore nihatubakwa politike yo kugabanya amadeni mugihugu!ikindi le franc CFA est une monnaie coloniale française,faut que une monnaie souveraine soit créee, ntamusi numwe nigera numva icokintu kivurwako,ubanza abategetsi atanico Bazi
@SindayigayaDeo-ox8bxАй бұрын
Ibibintu ntibitahuritse nagato gaél ikiganiro vrt ubu harihagezeko ayoyibwe nyene bayakusanya tukubaka igihugu kk nubundi aba yibwe igihugu nyen nn namwe muzanyemo ibindi vyanyu nkubu nsinemeranya namweko umuntu atari bwatange umutahe ari buwutange atagize amakenga kiretse atarabona ikikiganiro kk nabarishe ndazi barikwibaza vyishi