Témoignage sur la mort du Général de Brigade Athanase Kararuza

  Рет қаралды 523,067

Tele Renaissance

Tele Renaissance

Күн бұрын

Пікірлер: 286
@cesariehakizimana429
@cesariehakizimana429 4 жыл бұрын
Pole mon frère . Amosozi arandembeje . Imana izobaza umwe wese ICO yamariye isi.
@josianenagito6072
@josianenagito6072 2 жыл бұрын
AMiNA AMEN AMINAAAAAAAA AMEN AMEN AMEN AMINA AMINA AMINAAAAAAA
@garagebettermotors4998
@garagebettermotors4998 Жыл бұрын
Nukuri
@alexfata9014
@alexfata9014 11 ай бұрын
@AudanceNdikumana-fm6yp
@AudanceNdikumana-fm6yp 7 ай бұрын
Hatari
@muziranengerakiri9693
@muziranengerakiri9693 7 ай бұрын
Ndibazako Kazungu nawe yapfuye ?
@alainbertrandambazimana809
@alainbertrandambazimana809 7 ай бұрын
Imana ihezagire abasirikare nsanze muca muri vyinshi. Uyu muvandimwe aratumye ngira ibishobisho
@EustacheManiragaba-cx9cm
@EustacheManiragaba-cx9cm 8 ай бұрын
Imana izobahorera sha nabo bazicwa nabi uwo mwana azobahumira kandi yarahumiye
@Epiphanie-rx5yu
@Epiphanie-rx5yu Жыл бұрын
Ubu nubugome burenze Kamere. Birababaje cyane. Niyo mpamvu Afrika idatera imbere kuko abenci bayikomekaho bakigendera ku bwoka aho gukunda ibihugu byababyaye.
@ElyseNimubona-rq7kw
@ElyseNimubona-rq7kw Жыл бұрын
Ababikoze bose ndakurahiye bazopfa urupfu rubi
@cycyira7457
@cycyira7457 Жыл бұрын
Yaramenje uwishe ...., Kandi ndazi nababikoze Ubu ntihabuze abamaze kumukuririra
@aliceakmaakimana9408
@aliceakmaakimana9408 Жыл бұрын
Imana igukomeze musaza wacu. Wewe Imana ikuvure ayo ma ecrat akurimwo
@pacifiquesabiyumva8083
@pacifiquesabiyumva8083 Жыл бұрын
Uraseng'Imana sha uguhora n'ukwayo kandi uwicishij'inkota azokwicishwa iyindi.
@AndréMasumbuko
@AndréMasumbuko 8 ай бұрын
Imana ihora ihoze mwihangane
@anithandayisaba2775
@anithandayisaba2775 2 жыл бұрын
Imana itabare kandi ndazi kwizotabara
@ngendakuriyosalathiel6359
@ngendakuriyosalathiel6359 4 жыл бұрын
Turengere ivy'amoko kuko mu Burundi Ubwoko bwose burapfa. Dufatane munda ubundi tuzohera. Imana idutabare
@BoscoFatururimi-s1k
@BoscoFatururimi-s1k 29 күн бұрын
Uguhora n'ukw'Imana.Ndumiwe.
@chani_tayra_official1860
@chani_tayra_official1860 4 жыл бұрын
So sad 😭😭😭😭😭😭😭😭😭
@josianenagito6072
@josianenagito6072 2 жыл бұрын
MUJYE MUVUGA NGO NI ABEHO. NI BABEHO BABONE IMBARAGA ZIMANA .
@bdtvurumuri7712
@bdtvurumuri7712 2 жыл бұрын
Pole kabisa
@ndayishimiyendayishimiye1112
@ndayishimiyendayishimiye1112 4 жыл бұрын
Ivyavuze nukuri kimwe nuko umwana bizwi ko yishwe kutegeko rivuye hejuru kumvo zuko yaravuze ngo yabonye uwishe papa
@ndiondajey3066
@ndiondajey3066 4 жыл бұрын
Yooo, ariko Mana 💔💔💔😭😭😭, uburundi bwutwagwa n'amashetani gusaa ! ! Kwica umwana aho kumukiza 💔💔😭😭😭
@clairegirukwishaka4241
@clairegirukwishaka4241 4 жыл бұрын
Ni hatari
@joleal7941
@joleal7941 Жыл бұрын
Pore sana bro mwijuru harimana😭😭
@ghyslaineuwizeye8360
@ghyslaineuwizeye8360 4 жыл бұрын
Pole mon frère iyo nkuru ikoze k'umitima ya benshi kandi irababaje hama abo nabo bakoze ubwo bw'icanyi barabaza bagenzi babo aho bari ubu
@deobiho
@deobiho 6 ай бұрын
Mwebwe muguma murira hakumufasha? Murungikire imfashanyo iyo yahungiye. Kandi arafise uburenganzira bwo kuburana.
@luizfigo1133
@luizfigo1133 3 ай бұрын
Ibiterahamwe by'ibi DD😢
@PhilippeNdagijimana-t2v
@PhilippeNdagijimana-t2v 8 ай бұрын
Polee kweli
@ndayiragijejeanjacques3035
@ndayiragijejeanjacques3035 2 жыл бұрын
Pole Sana Ncuti Kwizera, temoignage yawe iteye agahinda caane
@nduwimanaclaude-x5p
@nduwimanaclaude-x5p Жыл бұрын
Amakuru turayafise
@eliasndayikengurukiyegmail
@eliasndayikengurukiyegmail Жыл бұрын
okye❤❤
@Cocomelonkids1010
@Cocomelonkids1010 4 жыл бұрын
MUDUHE NUMBER ZE TUMUFASHE
@niyizompozaalbert5930
@niyizompozaalbert5930 2 жыл бұрын
Waringabo Ibikwiye GB kararuza .barakujaniranije.Igihugu carahomvye pe
@josianenagito6072
@josianenagito6072 2 жыл бұрын
AVRIL 2016 NALI MULI TORTURES CENTER IN CENTRAL TEXAS. BISHE BENSHI ICYO GIHE.! IBIKOKO BIBI.
@river7419
@river7419 4 жыл бұрын
Tuzorwanya aba DD gushika inyuma yumuhero!!
@Topnews6148
@Topnews6148 4 жыл бұрын
Hahahha
@JeanMarieBarutwanayo-ou1bk
@JeanMarieBarutwanayo-ou1bk 8 ай бұрын
Nutabashobora naho
@NsabiyumvaZabulon
@NsabiyumvaZabulon 6 ай бұрын
Pole birambabaj cane yoba narinfise ico ndagusumbij vrt ntiwobah nabi Gus nanj ndakeny ariko ico noguterer namasengesh imana ize igushumbushe
@abodetidings8392
@abodetidings8392 4 жыл бұрын
byiza cyane
@Gaston-ei6cb
@Gaston-ei6cb 8 ай бұрын
Ibyiza ni bihe wa mwicanyi we wumumenja
@NicolasKararura-dx9hj
@NicolasKararura-dx9hj Жыл бұрын
Dunia ndo ilivyo kuwa na moyo wakusamehe!! Mungu atakuluzuku mengii
@Samla-o7j
@Samla-o7j 5 ай бұрын
Ewe Mana ntabara abantu bakundane bapfa but cane ndababaye Yesu uzoza dyari kudutabara
@MedronundersonMkuyu
@MedronundersonMkuyu 2 ай бұрын
Why don't you find the evedence about the death of ndadaye
@edouardomugisha3331
@edouardomugisha3331 4 жыл бұрын
😭😭IMANA yonyene niyo izi ico izikorera.
@josianenagito6072
@josianenagito6072 2 жыл бұрын
GUKIZA ISONI UMWANZI W' UBURUNDI.
@violettemugisha2713
@violettemugisha2713 4 жыл бұрын
Mbega ubugome bw'indengakamere😭😭😭😭
@ngagishow2614
@ngagishow2614 10 ай бұрын
Abasoda iyobadafite abayobozi beza bazigukora akazikabo kinyamwuga mushiduka mtanguye kwicana mwenyene ubwanyu.nimbamushakako igisoda ciburundi gikomera kbsa mutangure musenyere kumugozumwe muzababasoda bumwuga..Burundi bwacu bugezaharindimuka ndake.
@kayitarechristian1136
@kayitarechristian1136 Жыл бұрын
Ihangahe gusa birababaje cyne kwizera pole sana
@motherofthegreatlakes6297
@motherofthegreatlakes6297 Жыл бұрын
Imana ishimwe ko uyu muntu yashoboye kurokoka kugirango avuge ubwo bwicanyi. Ahubwo abarundi b'umutima muze tuje hamwe tumufashe ashobore gukira. Uwo musoda w' umuganga Imana imukingire kandi Imukingire n'abiwe. Izo imuhembere hano kwisi no mw'ijuru.
@Ashanti524
@Ashanti524 4 жыл бұрын
Muve mu bya moko Barundi n'Abanyarwanda,murakomeza mumarane abazungu bishime ko imbunda namasasu byabo bigurwa kubwinshi!Mana tabara 🙏🏾🙏🏾
@MutamaMutama-sd4co
@MutamaMutama-sd4co Жыл бұрын
😮
@motherofthegreatlakes6297
@motherofthegreatlakes6297 Жыл бұрын
Ibi bintu uvuze bifise intumbero iyihe? Nimba ari impanuro uyihaye nde? Uyu mu victims? Abamuhohoteye ubuzima. Je numvise asaba ko ubutungane bwomufasha. Yavuze ko adashaka kwihora. Ubona Koko hari ivyamoko yavuze? Kuko utohanura abo batagiye ubwo bwicanyi? Barabiteguye umukuru muri iyo leta yitwa Kazungu akubahuka akarasa umugore, n,umwana bakamwicira mubitaro? Ahubwo batumeko urutoki ubahanure.
@PhilippeHARUSHIMANA
@PhilippeHARUSHIMANA Ай бұрын
Ivyuburundi biragoye ababiteye nibo bobirandura prezida ndandaye yarishwe nabari bagize retayiwe ok gnl shimirimana ado yarishwe col dariyusi yarishwe mjr karashira yarishwe Hama none Ubu ntamufabe arimugisirika cuburundi ico arabeshe uyomusoda birunvikana numunyamacakubiri kwer ivyo twarabirenze mureke kubeshera imbonerakure
@ZerafatiGaraba
@ZerafatiGaraba 18 сағат бұрын
None wewe ntiwunvako babahoye ko bari Aba xFAB babatutsi​@@motherofthegreatlakes6297
@AlainyvesIrankunda
@AlainyvesIrankunda 11 ай бұрын
😢😢😢😢😢😢😢
@ErenesteMbazumitima
@ErenesteMbazumitima 4 ай бұрын
pore mwenewacu
@SandrineNkezimana
@SandrineNkezimana 8 ай бұрын
Yoooo biteyagahinda
@KorivyizaLuxEthan
@KorivyizaLuxEthan 8 ай бұрын
Number
@pice-marcntigahera2621
@pice-marcntigahera2621 Жыл бұрын
Rip.
@MrTCHEYSSON
@MrTCHEYSSON 4 жыл бұрын
Kararuza n'umugore babaye buhohoshwee 😱😱😱😱😱🙊🙊🙊 😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭
@daliamaombe6275
@daliamaombe6275 4 жыл бұрын
Karuza
@johnhkz3529
@johnhkz3529 Жыл бұрын
Vrt imana iguhe kwihangana nukuri birababaje
@DianeNSENGIYUMVA-wj4et
@DianeNSENGIYUMVA-wj4et 2 ай бұрын
Abicanyi
@ndijohn3992
@ndijohn3992 4 жыл бұрын
Uwo muntu birabonekako ariko avugisha ukuri! Ariko Mana turaziko umunsumwe uzohora amaraso yabo waremye! Birababaje!
@Odriquemaniriho
@Odriquemaniriho 7 ай бұрын
Pole xaanaa kwl
@alainbertrandambazimana809
@alainbertrandambazimana809 7 ай бұрын
Ubu ndiko ndatahura igituma abana dukunda kuja mu mahanga. Raba nk'uyu mwana yabonye ivyo bakoreye abavyeyi biwe. Yaciye apfa amaraso y'abo azobahumira, kandi ibi tuvuga ngo igihugu gitere imbere tugifise indyarya nk'izi sindabibona
@MinaniTharcisse-k1y
@MinaniTharcisse-k1y Жыл бұрын
Mbe ikurakure weyishwenande?
@undoyenezapeter8102
@undoyenezapeter8102 Жыл бұрын
Uwishe uyu muryango yaramenje kuko ntabwo Imana izamubabarira ndetse Bunyoni nawe agiye kubona igihano cy'Imana
@VivatKiziga-tv5st
@VivatKiziga-tv5st Жыл бұрын
None uburihe?
@FabriceBaruti
@FabriceBaruti 6 ай бұрын
Pore ncutiyanje
@Samla-o7j
@Samla-o7j 5 ай бұрын
Icombona mutamenetse ivyabayekera mukabariranira Yesu azorindaza haramacakubiri mugihucacu barundi ndabahanura kundana yoooo ndababaye Yecane umuhutu agowe numututsi akwiye kubona kwagowe numututsi agowe umuhutu akwiye kubona kwagowe yooo ndababaye canee nunva amarira antangahasi nangika ntamacakubiri nigeze ivyabaye muburundi vyarambabaje cane ese abantu bapfuye
@MULIGANDEGODFREY-jv5ye
@MULIGANDEGODFREY-jv5ye Жыл бұрын
Amakosa yoguhereza ubuyobozi abahutu nikyo Buyoya amakosa yakoze😢
@philbatokeymaster
@philbatokeymaster 9 ай бұрын
Sivyyiza kwica ariko uvuze ati kutanga ubuyobozi kubahutu ;murizi ibibi abasoda babikomagu bakoreye abahutu kubahinga mwishamba bakanakoresha imbwa urazi abantu aba sans echeqwe bishe ntawe bitababaza iyowiciwe
@Gaston-ei6cb
@Gaston-ei6cb 8 ай бұрын
Buyoya yarahemutse guha abamenja baba DD igihugu nta na centimeter bafashe
@kareemabdoul14
@kareemabdoul14 2 ай бұрын
Mwari muremvye ahubwo Imana yarabatabaye
@Bakariijr
@Bakariijr 27 күн бұрын
Ntagihugu gitangwa 😂😂 barakubiswe bariruka
@JeanboscoNdayitwayeko
@JeanboscoNdayitwayeko 9 ай бұрын
😢😢😢😢😢😢😢mpole
@DegaulKoleela
@DegaulKoleela Жыл бұрын
Correction réponse.
@mohmmed01122
@mohmmed01122 4 жыл бұрын
Asha kazungu Imana izomubaza imirambo myinshi kabisa sinzi ningen aryama agasinzira ataguma abona imirambo imber yiwe mundoto
@oshaahuka6107
@oshaahuka6107 4 жыл бұрын
Nihatari wangu buruya nanje ndibaza ukuntu buyoya nawe aryama agasinzira nimirambo yishe muri ntega na marabgara
@vincentnyandwi6939
@vincentnyandwi6939 7 ай бұрын
Muburundi huzuye inkozi zibibi gusa,Kararuza yagandaguwe nk'uko Kabushemeye yagandaguye.Ukwica ntikuzigera kuba inyishu y'ibibazo.
@omanmct-ht5mp
@omanmct-ht5mp Жыл бұрын
Pol sana mwarazize ubusa lmana izobahorera ntikora nkabantu ewe Mana yanje 😢😢
@mucyom8684
@mucyom8684 3 жыл бұрын
iyaba nari mbonye contacts ze. kandi ari en exil. possibly in Rda.
@AdelinHasabumutima-ks3vs
@AdelinHasabumutima-ks3vs 8 ай бұрын
Mucyo ntivyokunda.iyo umuntu ari mwiyo situation biba bigoye gutanga contact
@MwambaRama-z5n
@MwambaRama-z5n 9 ай бұрын
Mpa number yawe bro
@bdtvurumuri7712
@bdtvurumuri7712 2 жыл бұрын
Nkurunziza ubungubu arikwashitani ariko kwishura amaraso yinzira karengane ariko umugore wiwe aradutwengesha cane iyo avugango nkurunziza arimwijuru
@phoneclinic4416
@phoneclinic4416 Жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂
@nyirishemajeanclaude6455
@nyirishemajeanclaude6455 Жыл бұрын
Ngo Ari mwijuru? Yewe Nyaruhuku namenya kwafise Amabinga koko, Uwomugore Antera icyurungurira, kararuza Imana imutuze aheza
@nsengiyumvacecile590
@nsengiyumvacecile590 4 жыл бұрын
ntanyungu yugutanga number yiwe kuko ubutungane buzoteba bukore ahubwo sentare mpuzamakungu zikurikirana abakozivyaha bakwiye gufasha ababantu bakabavuza kuko nivyabona bizasanzwe bizokenegwa mumyakiza
@NiyimbonaArex
@NiyimbonaArex 11 ай бұрын
Niwihangani mwisinikobiri
@JohnMukasa-w5b
@JohnMukasa-w5b 8 ай бұрын
Pore sana. Aba DD n'amashetani. Je ne pardonnerai jamais à Buyoya d'avoir donné le pouvoir à ces bêtes du CNDD. Nous aurions dû lutter contre le CNDD jusqu'au dernier homme. Au diable Arusha.
@ntirandekuradecitrois947
@ntirandekuradecitrois947 7 ай бұрын
URARUSHE. BUYA YAKOZE IKI KUGIRA HAVUKE IVYO MWITA DD
@JosiasBizerimana
@JosiasBizerimana 5 ай бұрын
Ndabivuga mwebwe mwahunze n'Imana d'imodoka twebwe twahunga n'amaguru twebwe ntanumwe yatuvugira ,mugisirikare cakera cari icubwoko bumwe
@innocentnkurunziza1
@innocentnkurunziza1 3 ай бұрын
Uri igikoko-muntu
@boscondayiragije3139
@boscondayiragije3139 4 жыл бұрын
Abantu twarabaye inyamanswa birababaje cane kwica umuntu nkawe birababaje cane Imana iduhe imitima ikundana
@jamarindayizigiye8625
@jamarindayizigiye8625 4 жыл бұрын
Mana we birababaje kubona abantu bicwa izuba ryaka ntihagire nikivurwa en plus umu general muzima????
@Topnews6148
@Topnews6148 4 жыл бұрын
Sha ivy'i Burundi ntaco bitangajeko kuko na Ndadaye Buyoya yaramukereye amagara akanura. Kararuza wewe yaratomboye kuko yakubiswe n'agaca
@murenziinocent7702
@murenziinocent7702 4 жыл бұрын
Nkurunziza niwewamwishe amuzizakwarumututsi yarangiza akabyina ngwarigusenga sha
@IgiranezaBelyse-x3h
@IgiranezaBelyse-x3h 10 ай бұрын
😢ababkoze ntamahoro bazogira babikzé
@JeanboscoNdayitwayeko
@JeanboscoNdayitwayeko 9 ай бұрын
Iyo mutanga Numero umuntu akamufasha uko ashoboye
@nshimirimanajeanne2261
@nshimirimanajeanne2261 Жыл бұрын
Birababaje kbs
@kantizehubert4910
@kantizehubert4910 4 жыл бұрын
Pole ndumva bitorosh
@josephinegahugano6148
@josephinegahugano6148 4 жыл бұрын
Nibintu bibabaje caane nukuri.
@justinemukesharugo2279
@justinemukesharugo2279 4 жыл бұрын
Yooo mbega ubugome
@MedronundersonMkuyu
@MedronundersonMkuyu 2 ай бұрын
Huyo padri akamatwe
@gervasvyizigiro4566
@gervasvyizigiro4566 4 жыл бұрын
Very sad.
@MwambaRama-z5n
@MwambaRama-z5n 9 ай бұрын
Nimba akoresha Facebook cnk whatsapp ampe number yiwe namazina ya Facebook tuvugane.
@butotoespoir7207
@butotoespoir7207 Жыл бұрын
Harumunsi bizahera mbega ubugome weeeeeee
@GusengaEmmanuel-k4x
@GusengaEmmanuel-k4x Жыл бұрын
Biratey intuntu
@novatidamian7236
@novatidamian7236 Жыл бұрын
Sha imana ibanye ikuzigama wari uzize ubusa ,,!!ariko I uka kibi carigitanguwe nabanda ndende uhereye kuri barya ba general bashatsegutembagaza ubutegetsi Kandi mwisi mwarimwakwegewe na buyoya.
@danielbizimana2525
@danielbizimana2525 Жыл бұрын
Isi ntisakay kwel
@ndihokubwayorashid
@ndihokubwayorashid Жыл бұрын
ariko nka kazungu umuntu yomukoreriki kweri?
@nduwimanaclaude-x5p
@nduwimanaclaude-x5p Жыл бұрын
Menaces zirarengizo jenama kuri volant nzinyinshi
@PatrickMutabazi-wi3zr
@PatrickMutabazi-wi3zr Жыл бұрын
Ark jenarari yarishwe numuryangowe baratsemba kunywa yihangu jenero ntiyariwe ubwose yayoboraga ingabi kugirango ajyende wenyine numusoda umwe jenero nimbuzi yarafite ntibyunvikana jenoro yicwankitungo
@umbutambwe9616
@umbutambwe9616 4 жыл бұрын
Il a besoin des soins immediats et de l'assistance quellele que soit ce qu'il est. En parler seulement ne suffit pas. L'interviewer semble preoccupe par le recit seulement et non la vie de la personne. L'Afrique est desorientee.
@karangwa2315
@karangwa2315 Жыл бұрын
uwo kazungu ariho?????
@arakazajucy4043
@arakazajucy4043 Жыл бұрын
Muburundi nihatari ntacyo yoba
@henrymezacastro262
@henrymezacastro262 4 жыл бұрын
.me estaban aciendo una estafa sobre la muerte de él general athanase kararuza
@HMRUT
@HMRUT 4 жыл бұрын
Rest In Peace Mr Athanase Kararuza
@josianenagito6072
@josianenagito6072 2 жыл бұрын
REKA NTA REST IN PEACE . MUJYE MUVUGA REST MUBACU..ABO YABYAYE NI ABE BABEHO MU BURUNDI BWA ABARUNDI. IMANA NTIBESHYA.
@NshimirimanaPascal
@NshimirimanaPascal Жыл бұрын
👍👍👍👍👍👍
@Samla-o7j
@Samla-o7j 5 ай бұрын
Ibibintu a barundi mufise nibibicane namwe bashaka ubwoko ubu abaribwobutwara oya bihere sabikanya akabisi nagahiyekandi Yesu niyaza azotwaraabantu abadakunda
@alinevyizigiro7801
@alinevyizigiro7801 3 жыл бұрын
Rip
@MedronundersonMkuyu
@MedronundersonMkuyu 2 ай бұрын
Tutsi tribe
@manmahuna1160
@manmahuna1160 4 жыл бұрын
How it comes a full general can get such threats and just say " to pray".
@regulus4745
@regulus4745 4 жыл бұрын
He was the military advisor to the First Vice-president of Burundi (Gaston Sindimwo). One can imagine that he was counting on Sindimwo to save him by interceding with DD rulers to get him off the murder list. Obviously the General couldn’t say that to his bodyguards. It’s also obvious that ultimately Sindimwo did nothing. But the General didn’t foresee Sindimwo’s utter betrayal.
@regulus4745
@regulus4745 4 жыл бұрын
Yet, protecting Tutsi people from getting murdered by their Hutu rulers was the very reason why the position of First Vice-president had been created in the Arusha accords. Sindimwo tragically failed his primary mission at every turn. He only succeeded at collecting his own paychecks.
@Fleurinesm
@Fleurinesm Жыл бұрын
he was not a full general but he was (general de brigade ) he probably thought that it was just a rumor.
@Uranga9128
@Uranga9128 Жыл бұрын
Mbwiranawe ukuntu witwa Gafuni. 🤭 Bamwe mubahutu babarundi n'abagome bigira barakagendubusa. Uziko impunzi z'abarundi zari Murwanda muri 1994 arizo z'igishaga Interahamwe gutema ingingo z'abatutsi ngo ""Uwica umutsi araraza."" Wamugabowe uri umusirikare.
@regulus4745
@regulus4745 Жыл бұрын
@@FleurinesmThings that he observed personally cannot be called “a rumor”. He personally saw the secret police tailing him in a threatening way. And when his guards told him that the same killers had been stalking his home, he was getting firsthand accounts, not “a rumor”.
@hategekimanapatrick8645
@hategekimanapatrick8645 11 ай бұрын
Uwica umuntu wese amuziza ubusa nawe azabyushyura nubwo bita ako kanya
@mediatricendihokubwayo3692
@mediatricendihokubwayo3692 4 жыл бұрын
Ababigize bose bazopfa rubi shaa lmana ihora ihoze
@johnphiri-vf3ih
@johnphiri-vf3ih 8 ай бұрын
Naw nyakazungu yarashikiriw.
@Mutuwamungu-x3y
@Mutuwamungu-x3y 8 ай бұрын
Yooo Pole sana!! nimudahaguruka ngo mwirwaneho CNDD FDD izabamara pee!! NKUBU barabashuka mukajya muri congo ngo mushirireyo bababeshya ngo muzabona amahera , nimwiyunge kubandi murwanye CNDD FDD .
@AndreNdayavurwa
@AndreNdayavurwa 2 ай бұрын
nkawe uvuze iki ? ko abahutu bishwe mubaturiye mutabavuga musabane ibigongwe abishe mwese nabatutsi mwakoze amahano1995
@cedibrown5067
@cedibrown5067 Жыл бұрын
I'm Burundian But our country is a fucking country Ndabisubiyemwo igihugu cacu Kiraboze
@DianeNSENGIYUMVA-wj4et
@DianeNSENGIYUMVA-wj4et 2 ай бұрын
Kabisa
@alishukran3424
@alishukran3424 2 жыл бұрын
😭😭😭😭
@jean6030
@jean6030 Жыл бұрын
Uyu mu general iyo agerageza basi agahungisha famille ye koko.. Africa irababaje
@bdtvurumuri7712
@bdtvurumuri7712 2 жыл бұрын
Nihatari imfura barazimaze
@bdtvurumuri7712
@bdtvurumuri7712 2 жыл бұрын
Mwakoze ikosa ryokumvira abazungu igihugu mugishira mumaboko yabicanyi ngo mwubahirije umasezerano yaaa Arusha bariya ibyabo nukwica ntampano yokuyobora bagira kera basogokuru bahoraga babita inkora maraso
@Gaston-ei6cb
@Gaston-ei6cb 8 ай бұрын
Abahutu uretse kwica gusa ntagindi mpano bagira
@kareemabdoul14
@kareemabdoul14 2 ай бұрын
None kibake turabe be mureka uburofa basha mbe cari icabaso aho mutakurekura
@kareemabdoul14
@kareemabdoul14 2 ай бұрын
NNdadaye azobahumira basha be nabanyagihugu mwagandaguye mubaziza ubwoko
@eliasmpozamarira2536
@eliasmpozamarira2536 Жыл бұрын
Poreni sana, yemwe biteye umubabaro
@izerejosiane1945
@izerejosiane1945 3 жыл бұрын
Mpore gooose. Bitey agahinda pe
@nduwimanaclaude-x5p
@nduwimanaclaude-x5p Жыл бұрын
Ubutungane nibukore
@ndungutseinnocent6229
@ndungutseinnocent6229 2 ай бұрын
Niretayabarashe
Témoignage de Dieudonné Hakizimana, militaire ex-FAB.
31:00
Tele Renaissance
Рет қаралды 118 М.
VIP ACCESS
00:47
Natan por Aí
Рет қаралды 30 МЛН
Cheerleader Transformation That Left Everyone Speechless! #shorts
00:27
Fabiosa Best Lifehacks
Рет қаралды 16 МЛН
Try this prank with your friends 😂 @karina-kola
00:18
Andrey Grechka
Рет қаралды 9 МЛН
Igitero ca mbere ku kirimba ca Perezida Melchior Ndadaye mu 1993
33:08
Tele Renaissance
Рет қаралды 191 М.
“Ni mwikorere imitwe ya benewanyu, umutwe w’Umututsi uraremera.”
56:32
Témoignage de Tite Ndayisaba / Torturé en 2015
27:30
Tele Renaissance
Рет қаралды 30 М.
Menya uko FAR yishe Maj Gen Fred Gisa RWIGEMA!
13:18
Intsinzi TV
Рет қаралды 150 М.