INTAHE ikomeye kuri PRESIDENT NKURUNZIZA//Yapfuye turi kumwe//Iragi yadusigiye//Ico batazi kuriwe @NtareRushatsiHouseTV @diasporaburunditr3172 #diaspora #burundi #pierrenkurunziza
Пікірлер: 102
@butoyialexis2316 Жыл бұрын
Bsr.jewe NDI muri maison bon Samaritain.sinigeze ndamubona face à face Ariko chaque fois namwandikiy nkeneye ( passeport, billet d'avion etc) yaranyishuye nkajana umuvyeyi n umwana bureau social ikamufasha ataco aravye
Nasasagare ndamuzi kuri lycee ngagara.yamye Ari umwana yitonda.kandi azi kubana n.abandi.kandi yama anezerewe buri gihe.sinigeze ndamubona ashavuye
@cimpayeriziki66809 ай бұрын
Yooo mana yanje wewe warandutabaye turi abagore benshi mukamenge bagomba kutwica abasoda uca urahashika nabandi urabamahara mucamuragenda turokoka uko❤
@sunduma-official8069 Жыл бұрын
Ntituzomwibagira♥️🇧🇮
@ericbikorimana87133 ай бұрын
Indongozi zigoye kuboneka ngo ni nkurunziza😂😂😂😂 uri ndisabiye n'ubwo harivyo nemera.😂😂😂muvyo uvuga
@omarkapinda1693 Жыл бұрын
This guy is an icon a wise man, let's go forward Burundi yes we can, i'm a Congolese who spent 14 good years in Burundi,Imana y'Uburundi ibane namwe mutama.
@ericbikorimana87133 ай бұрын
Hahahaha uri ndisabiye kndi ntawovugana nabi sebuja birumvikana.ubundi uratubesha kweri.😂😂😂😂
@orlankevyirambona4720 Жыл бұрын
Merci Juste Gaël ntakindi nunva novuga🙌🏾
@fulgencetuyisenge3135 Жыл бұрын
Ndaryohewe n'uyu mututsi... Ambassador ntabwo uri umututsi, nturi n'umuhutu ntabwoko ufise wewe, uri #umumana
Ingwe ntiyariizi gufatira kwizosi, yaravyigishijwe.Mbe wa shano we ry umu sans echec abo wagandaguye nabo ba so baba genocidaires bagandaguye imuri 1972 nayayindi myaka yose ntibarabantu ? Uzogira amahoro ,igihe cose uzotahura ko abagandaguwe na baso,umwubahwa Nkurunziza utaramumenya,,ko.nabo barabantu.
@MusavyimanaAsterie-nx3cn Жыл бұрын
Gwanira kuko umwe wese azobazwa ivyo yakoze
@MusavyimanaAsterie-nx3cn Жыл бұрын
Gwanira Iherzo ryawe weho ugiye uzob usize iki ?
@jinamajody Жыл бұрын
@@victorg7280 Urarimye🤧🤧🤧
@Makakulaya Жыл бұрын
@@victorg7280ibihutu nibijuju bizi kunuka gusa
@GilbertNijimbere-su7yb4 ай бұрын
Sha nkurunziza kwel, nahezagirwe jew nkuwukihari ariko ntituzomwibagira
@kabosskdn2202 Жыл бұрын
good interview gael
@LiesseApoll3 ай бұрын
Mutam Imana nibazagire kk intake ushinze impamba udutekereye murakoze.
@jeansinamenye9301 Жыл бұрын
Jewe naramubonye kenshi ndazi n'umuntu yakunda gutunganiriza abantu,mi bugwaneza ntanere,tumwifurije ko yoguma Ari au service de la nation burundaise et du monde car c'est homme toujours Intéressant ,abantu benshi twovoma ko ubumenyi BWO KUBA kuru iyi si.
@jeanpaulruberintwari75503 ай бұрын
Ikiganiro ciza cane ku rwaruka rw'u Burundi. Imana ibahezagire cane