Umukuru w'Igihugu yagendeye umurimyi mworozi wo mu Cankuzo afise umurima wa 90 ha z'igitegwa civoka

  Рет қаралды 26,234

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

Пікірлер: 40
@kazenezatvshow4095
@kazenezatvshow4095 4 ай бұрын
Waooo burundi mufite umuyobozi mwiza mukore cyane muzazamura igihugu cyanyu👍👍👍
@Gtownsogo
@Gtownsogo 5 ай бұрын
Uyu muntu akwiye gufashwa atezimbere igihugu Afise imigambi myiza. Komera Nyakwubahwa
@JackieBlessed-u8s
@JackieBlessed-u8s 5 ай бұрын
Wow! Cankuzo Kigusu oyeeeee!
@IcyuzuzoT
@IcyuzuzoT 5 ай бұрын
Umuhinzi niyubahawe. ICYUZUZO TV "ijwi rw'ubuhinzi n'ubworozi" tumurinyuma
@yvonnekwizera-n3n
@yvonnekwizera-n3n 5 ай бұрын
yooo, mbe vyiza! nzoza kukuraba nukuri ! IMna iguhezagire , tera imbere uwiwacu murundi , ndagushimwe
@cedrickbudrick5679
@cedrickbudrick5679 5 ай бұрын
The future is bright
@ArthurBAYISABE
@ArthurBAYISABE 4 ай бұрын
Mwuterimbere cane
@AristideIngabire
@AristideIngabire 4 ай бұрын
Turinyuma yawe nyenicubahiro
@anacletbimenyimana7540
@anacletbimenyimana7540 5 ай бұрын
Pole sana. Ariko ubusanzwe abagenj bicara ku ntebe ya 2, nkurikije amakuru ababuze ubuzima bakagombye kuba bari bicaye imbere. Bibaho ababyeyi n'imiryango bihangane. Abaturuka hanze se ko numva ubarenganije nkurikije ibyo uvuga. Bibaho n'uri kurya ibyo yitekeye hari igihe yiruma. Nyagasani yakire roho za bo.
@JustinNzayisenga
@JustinNzayisenga 5 ай бұрын
Neva ubwenge bwawe bwibera munda ( nukurya gusa)
@nduwimanagabriel9996
@nduwimanagabriel9996 4 ай бұрын
Wewe urya umuyaga?😂😂😂😂
@PascalineIradukunda-zs4lk
@PascalineIradukunda-zs4lk 5 ай бұрын
Wwwaaaaooo❤
@Nziga257
@Nziga257 5 ай бұрын
Ninzigamasabo ima tyazo ndabashimiye
@ericjohnson315
@ericjohnson315 5 ай бұрын
Ibintu batwemerera igitoro, i devise, amatara namazi adacika, isukari, etc umusi vyaziye rimwe tuzova turusha u Rwanda
@NdatimanaVincent-z8r
@NdatimanaVincent-z8r 4 ай бұрын
Uretse ubunebwe abanyafrica twifitiye naho ubundi imana yaduhaye byose twose dukeneye kugirango dutere imbere
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 4 ай бұрын
❤❤
@DushimeAsman
@DushimeAsman 4 ай бұрын
Ibikorw vyiza
@CelestinNiyitunga
@CelestinNiyitunga 5 ай бұрын
Komera turinyumayawe turaje
@manasseninteretse8510
@manasseninteretse8510 5 ай бұрын
Nimumbarire aho noserera inkwavu isoko? Murakoze
@MonikaNdayishimiy2
@MonikaNdayishimiy2 5 ай бұрын
Amatongo y,abandi barayamaze, DD, 90 ha yazikuye? Kubatabibaza??? Mureke gusamaza mukwiba abanyagihugu muha abenegihugu. Mucezo Wandanani, Sedangara oyee❤
@Habi105XF
@Habi105XF 5 ай бұрын
Dushima abantu kawe, bamfata umwanya bitonze. Bagashishoza, bakiyagaza mu mutwe, bagasubira bagafata akanya ku kwiyumvira kuvyo abonye kanatsinda ni ivyo yumvise. Ubu bushishozi bwawe ni ukuri iyo twogura nka Abarundi nkawe. Nti twotera imbere ahubwo twoba za kubaza doutera imbere ivyo dutera imbere bivuye hehe inyuma. Mbega hoho inyuma turahazi. Nukuri ndagushimiye cane. 90 hectares mugihugu kingana nu Uburundi. Bufise hafi 13 millions za abantu ivyo. Ntibishoboka. Ahubwo siyo MUCHEZO WA NDANI NI MUCHEZO WA NJE. Kuko urabaza hariho itegeko rivuga ko ata munyagihugu yemerewe kugira 5 hectares zirenga kugiti ciwe. Hari Babanza kubisinyako...... Nuko rero komera ku vyiyumviro. EJO NTIHABAHO HARI MÛRI KAHISE. NTAWURARA UBUSA NGO AVYUKE AHAZE.
@CelestinNiyitunga
@CelestinNiyitunga 5 ай бұрын
Papawacu mugihigucuburundi
@technologyinactions4923
@technologyinactions4923 4 ай бұрын
Hahaa cyakoze waruberanye no kubumba matafari
@nduwimanagabriel9996
@nduwimanagabriel9996 4 ай бұрын
Nawe ukoriki?muzopfa mudakize ubwibone nibwo buzobica kuko ataco muhereza amaboko.
@LANDRYNASASAGARE
@LANDRYNASASAGARE Ай бұрын
Naduhe numéro tuzomurondere atwigishe
@melchiadehishakiye8639
@melchiadehishakiye8639 5 ай бұрын
Mumpe numéro yuwo murimyi wivoka merci.
@MrNuurofficial
@MrNuurofficial 5 ай бұрын
Niwew imyaka 50
@Nikiza.Bellansine
@Nikiza.Bellansine 5 ай бұрын
Nukuri❤❤❤
@rutahasteven2683
@rutahasteven2683 4 ай бұрын
Ese abarundi mukundiriki inkwavu ??
@nduwimanagabriel9996
@nduwimanagabriel9996 4 ай бұрын
None washaka dukunde ibiki ?canke utuzanire ivyo vyiwawe uriko urakora.
@rutahasteven2683
@rutahasteven2683 4 ай бұрын
@@nduwimanagabriel9996 no ntakibazo ariko twe tugira girinka nuko ikwavu ari amatungo y'amafaranga make I think araciruritse cyane
@MaishaHaya
@MaishaHaya 5 ай бұрын
Uyu niwe umubyeyi igihugu naho kagame we iyagiye mubanyagihugu abababwirukuntu ngobagumba kurwanira mubindibihugu!!! Nimbabazarimaryari!? Ntumbaze
@technologyinactions4923
@technologyinactions4923 4 ай бұрын
Puu zibaho wambwawe Ntakagereranye uru ruterahamwe rwanyu rwariswe ninda ngo urugereranye na HE poul kagame
@MaishaHaya
@MaishaHaya 4 ай бұрын
@@technologyinactions4923 hhhh nyine ntiwabigereranya!!! Muzongere mwohereze abatindi banyu ngo ni ready tabara nibwomuzamenya ko ntahobahuriye
@EmileSinzoyiheba
@EmileSinzoyiheba 5 ай бұрын
Izonkwavu ngira nizimwe zizozana amaganga yo guhinguramwo igitoro??😂😂
@muregofelix8328
@muregofelix8328 5 ай бұрын
Iyo ni Business ntoyi cane umukuru wigihugu yasura
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 4 ай бұрын
gato karakura arikugendera urwaruka turi kukivi mwebwe bwira president wanyu agendere business nini
@ArthurBAYISABE
@ArthurBAYISABE 4 ай бұрын
Mwuterimbere cane
@ArthurBAYISABE
@ArthurBAYISABE 4 ай бұрын
Mwuterimbere cane
How to treat Acne💉
00:31
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 108 МЛН
REAL or FAKE? #beatbox #tiktok
01:03
BeatboxJCOP
Рет қаралды 18 МЛН
99.9% IMPOSSIBLE
00:24
STORROR
Рет қаралды 31 МЛН
Гениальное изобретение из обычного стаканчика!
00:31
Лютая физика | Олимпиадная физика
Рет қаралды 4,8 МЛН
Ivyaranze ubuzima bwa Petero Buyoya
6:37
Yaga Burundi
Рет қаралды 68 М.
How to treat Acne💉
00:31
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 108 МЛН