MICHOU Miracle agarutse yashavuye😟//D one nabanze akore//Drama t🔥

  Рет қаралды 3,293

Casoar TV

Casoar TV

7 ай бұрын

MICHOU Miracle agarutse yashavuye😟//D one nabanze akore//Drama t🔥

Пікірлер: 23
@user-wm4tv2kc1x
@user-wm4tv2kc1x 7 ай бұрын
Nakurikiranye ikiganiro cyanyu muvuga imyitwarire y'aba Artists bo mu Burundi ariko nabonye iki kiganiro kitari ngombwa kuko cyerekana ko mu Burundi ntimukundana, muba mushaka guca intege aba artists, D One wagira ngo niwe topic, ese mwebwe murakora iki kugira ngo Burundian music industry itere imbere. Kugeza ubu Uburundi nta muhanzi numwe bufite na Drama T wari utangiye gutera imbere nawe yahise agwa down kubera inzigo iri mu baririmvyi. Izo mpanuro zanyu ni nziza ariko you have to talk about artist in general not focusing on D One only as if there is a problem between you and D One. One love 🇷🇼
@casoartv257
@casoartv257 7 ай бұрын
My dear lov our artists and We didn’t focused to D-one Anyway thks to ur observation
@clemenceNtisinzira-ox4yi
@clemenceNtisinzira-ox4yi 6 ай бұрын
Ikirundo ba diii KO mucomplica ibibnt ereg yavuz ikinyarwand kwishur ikirundi yar kuvyumv natw tukavyumv ,,,ujuwaji tu
@user-gm3sn6kb8s
@user-gm3sn6kb8s 5 ай бұрын
Arikose abarundi koko muvuga Icyongereza cgwa murabiharaye Mwaranduye pe numvishe ibyongereza mwivugisha mutazi narumiwe
@muhozabenitresor
@muhozabenitresor 7 ай бұрын
Michou Miracle afise Vibes zirenze ni bn! Journaliste biramunaniye kwihangana.
@ntungwanayoodette752
@ntungwanayoodette752 6 ай бұрын
Nimureke umwana wigihugu ❤🔥🇸🇦🇧🇮
@blaiseahishakiye6464
@blaiseahishakiye6464 7 ай бұрын
Michou ntavyimiziki Uzi,tekereza😮😮😮
@eellooe6339
@eellooe6339 6 ай бұрын
Iyuburaya bubafashe musuka kurikamera .gogwiki?go Do-N gwafisindirimbimwe rabahomumarayira .mukuruburofagaho.
@FreshB257
@FreshB257 7 ай бұрын
Mich aragwaye grip mubwire shaka damuhe gft
@muhozabenitresor
@muhozabenitresor 7 ай бұрын
D-One afise indirimbo nyinshi ziryoshe ivyo ni mubireke! D-One afise indirimbo imwe kweli? Michuuuu???!!!
@muhozabenitresor
@muhozabenitresor 7 ай бұрын
Simbizi wa Semavumba hejuru caaaaneee
@user-ii1gz2it4c
@user-ii1gz2it4c 6 ай бұрын
Non ibintu vyakamaro muvuze nibihe?? Nugucinyiza canke??
@dusosteen7
@dusosteen7 7 ай бұрын
Mwebwe 2 mubona mwozimya umuntu nk D one 😂😂😂
@casoartv257
@casoartv257 7 ай бұрын
Watahuye nabi Cher ami We lov D one
@julesngabonziza1617
@julesngabonziza1617 7 ай бұрын
None nkamwe
@IrakozeCedricmabesto-xd2ny
@IrakozeCedricmabesto-xd2ny 7 ай бұрын
Ubw buninja
@aury-lordnsabimana8192
@aury-lordnsabimana8192 7 ай бұрын
Sant
@LiesseIradukunda
@LiesseIradukunda 6 ай бұрын
Michou ....., Ukuntu uvuga birashisha ! Urirya ntibinakubereye ! Tu es antipathique tout simplement
@eliebayubahe6649
@eliebayubahe6649 7 ай бұрын
D one reka kumubeshera ntiyidoga.
@NdayizeyeSilvato
@NdayizeyeSilvato 7 ай бұрын
Michou miracle gusa Ego hariho ivyo uvuga vyo mugabo wifitiye Self confidence iri trop exagérée nubwo ibyo uvuga arivyo kandi wakoze vyinshi ca bugufi abandi bakwigireko
@HavyarimanaMethode-iq6nf
@HavyarimanaMethode-iq6nf 7 ай бұрын
Noe Michou WW kontakuzi kugayana
@bilemec
@bilemec 7 ай бұрын
🎉Oya ntavya mtasha ahubwo nibaze dukorane cnk tuze tubaduza baduhaye ivyunguka.
This is not my neighbor  Terrible neighbor! #funny #zoonomaly #memes
00:26
KINDNESS ALWAYS COME BACK
00:59
dednahype
Рет қаралды 167 МЛН
Beautiful gymnastics 😍☺️
00:15
Lexa_Merin
Рет қаралды 15 МЛН
kijan pouw bien itilize tiktòk ??? avèk madam CIVIL
8:21
Coach Sendy
Рет қаралды 148
This is not my neighbor  Terrible neighbor! #funny #zoonomaly #memes
00:26