Léonidas warigize kuvuga ko ata projet de société mwari mufise. Aho urihindukije. Ariko umuntu afise ubwenge bukwiye arabona ko DD yaje ata projet ifise, n'ubu apres 19 ans nta mbona ifise ijanye nogukura abarundi mu kaga bamazemwo imyaka n'iyindi.
@JamesAllen-c8v9 күн бұрын
Lee Larry Rodriguez Deborah Lee Donna
@RuBoBoJeandeDieuАй бұрын
Nikirofa
@Khalidniya3802 ай бұрын
President wacu avuga nk'umu businessman 😂
@Hazfir.Official2 ай бұрын
Erega niko kazi kiwe kuko Igihugu cacu yaramaze kukidandaza mubazungu natwe twishinge tuzubara😢jewe kuva menye ko yasinyiye irya finance bill nahise ncika intege 😓
@KennyIracaniye2 ай бұрын
@@Hazfir.Officialwomp umuc mwivy uvuze yasiny iki MP tout detail
Mana Irabona aya marira Abarundi ko ttutafise indogozi
@RogerNinziza-lq9ys3 ай бұрын
Prison bashizemw Bunyoni barabe bayagure kuk Gouvernemnt yuburundi umusi yavuy kur pouvoir mbna besh bariko barakura bakwie kugirira Retraite mur prison.c'est mon avis
@CyprielPfubusa3 ай бұрын
8:03
@francisenock94773 ай бұрын
It's giving DICTATORSHIP 😢🤨😭😭😭😭
@HavyarimanaDesire-nv9ie3 ай бұрын
None wibagiyeko ari vuvuzera
@JeanboscoBosco-iy5hr3 ай бұрын
Tur kumwe 5 kur 5 muburundi Ruyigi gisuru
@theafricanhauler33962 ай бұрын
RPA ba mutumira Abantu badafise Imbono zisa zinenga gusa. Ba muzana n ababona ukundi nimwaba mwiha Icubahiro. None ko mutumira abamugaya gusa😢 Abagwanya Ndayishimiye mwese mumenye NEVA ni umu visionaire. Tres intelligent Hari Imyaka muzomwibuka mumwite ko yari Umugabo abatwenga ubu. Ndabarahiye Ni Umugisha k Umurundi wo Hasi. Abasirimu ntimutegera imvugo yiwe. Monde urbaine ntitahura monde Rurale Politique yiwe ni uguteza Imbere Umunyagihugu wo Hasi. Akoresha imvugo zikangura abanyagihugu bohasi. Ni Jacob Zuma President du Peuple de Bas. Language yiwe ntitumbera Peuple urbain et classique. Hose muri Africa, majority of the people is Rural. President Ndayishimiye ni product ya monde Rurale. Avuga imvugo yabo bumva, bamwibonamwo.
@wellarsmukezamfura31602 ай бұрын
😂 BobuRugurika, ngomba ndakubwire ko umukuru w'Igihugu ni gaza sabwa, ntiyiyenda muvyo avuga, muvyo akora! Ngo arahuruduka, urongeyeko kandi ngo avuga ibisunitswe nimpwemu, ... Mana nzima, babarira aba bantu bahunze igihugu, ubababarire Data waremye ijuru n'isi nibiyiriko. Benshi ntidutahura ibihe Data, dutabare Data dutahure!
Léonidas na Pita hari abobita MUJERI, nawe nabisigure!!!!
@PeterNajaribu3 ай бұрын
Abasirikare bigihugu barubakwiye guca ubwenge bakagarukira igihugu nabarundi kuko abarundi ubu dusa nabagurishijwe kuko ibintu biba mugihugu cacu ntaho ndavyumva isi yose ndi peter from kenya
@HavyarimanaDesire-nv9ie3 ай бұрын
Urabesha neva aha uri hari abandi
@binancerwanda3 ай бұрын
So funny 🤣🤣🤣🤣
@adijaamur9623 ай бұрын
Turagowe pe mana dutabare
@davidndayisenga-zf2uy2 ай бұрын
UGUTSINDWA KUBAHO NIMUSEZERE URWANKO NTA KIBANZA MU BURUNDI
@RUSHIGAJIKIHaruna2 ай бұрын
Ubundi uyu ntiyakagobye kuba Prezida
@ntakarutimanashaban14472 ай бұрын
Hello Inesi Gakiza nakurikiye kino kiganiro kuri KZbin . None ko bavuga Neva ntabushobozi afise bwukurongora igihugu. None iryo pete rya general yarironse gute?
Nta Ntare ziri mu Burundi muri iki gihe mu batwara n'abatwagwa. Hari intama batwara k'umacuniro zigatega imitwe bagaca zidakakaje. Hanyuma hari uwashikirije ko Never yohava akugwa n'inzego nk'inama nshingamateka na nkenguzamateka. Ivyo ntibishoboka muri iyi systeme institutionel ya DD. Nta bantu bahari hagati mu Burundi no hanze boshobora gusenyura systeme DD muri iyi myaka. Intare ntiziraboneka, ngira ziracari nto zizokura, hanyuma imbwa zihungu k'ubutegetsi. Nukubandanya kwigisha n'ugusemerera, abandi bagerageze kwisuganya ukundi.🙂🙂🙂