Umugwizatunga Désiré na Journaliste Gaël, muri abantu bahambaye ku gihugu!
@SindayigayaDeo-ox8bxАй бұрын
Uyu murundi azicogukora na etage narabonye arikuyiduza ndende kumavikayiwe
@entrepreneurrushozaАй бұрын
Neza cane natwe muduhe imbuto mubwire
@nahimanafiston6518Ай бұрын
Wawuuu mbega igihugu cizaa isiyacu ubutunzi bwacu
@PrudenceTuyisabe-rc5ovАй бұрын
Umugambi ndawukeney kugira nanj some kunturire
@Hhse09gАй бұрын
Mwampaye contact yanyu ?
@DieuJolindayishikaniyeАй бұрын
Ah mpererey iry voc ub ririk rigugw 4€
@rankss1659Ай бұрын
Ikibazo n'ukuzisohora igihugu. Natubwire uko azisohora igihugu twumve intambamyi ahura na zo.
@EtienneSindayigaya-kl4tuАй бұрын
Zica Kinaza
@FrankeIgiranezaАй бұрын
Kbs
@MuniraksuАй бұрын
Nimba ntihenze, uwo murima uri ku nzira ija i kavumu. Haheze 2ans 7mois. Ukurima i vodka birunguka gose. Gusa ama greffes ni make aba hirya no hino. Za ISABU zikore
Uyu ni umukozi kabisa, ahubwo aduhe Numero ye yo kuri Whatsapp tumwibarize amakuru ku buhinzi bw'amavoka
@ericbangirimama9836Ай бұрын
Non umuntu yoronka imbuto gute
@EdouardNduwayezuАй бұрын
Nukuri imana imuje imbere afise kazoza keza
@EtienneSindayigaya-kl4tuАй бұрын
Imana not imana
@ruudvan4311Ай бұрын
Gabanya urwamo
@ndigimunaziri3575Ай бұрын
Nugucakira ntakurima ngaho ww rima twebwe tuzocakira
@innocentndayizeye2660Ай бұрын
Kwakundi hahandi hhh
@alicebatore8772Ай бұрын
♥️♥️
@BimenyimanaChadrack-ml7blАй бұрын
❤❤❤❤❤
@fabiolandihokubwayo7498Ай бұрын
❤
@terrymahoro7342Ай бұрын
Ali Bongo
@e-kangourouofficial7513Ай бұрын
🥳
@gyslainhabonimana3847Ай бұрын
Désiré sahinguvu
@ndayiragijetherenceАй бұрын
transformez-le en ces produits que tu viens d'énumerer
@AnicetHAKIZIMANA-b9yАй бұрын
Courage mon ami Désiré . on se connait depuis des années tu avais vraiment un esprit entreprenerial depuis long . Développons ensemble notre chére patrie