Inkuru y'umubabaro kuri Rwasa biraheze ntazokwitoza😭CNDD-FDD urunani Burundi bwa Bose rurafuswe mu m

  Рет қаралды 10,431

ISI TV

ISI TV

Күн бұрын

Пікірлер
@etiennenintunze3258
@etiennenintunze3258 Күн бұрын
CNI yakoze igikorwa yategerezwa gukora. CNI ndayihaye 100% mu gikorwa co gusuzuma ama Listes y'urunani Burundi Bwa Bose. ku ngero zose. Urunani Burundi Bwa Bose ndaruhaye 0 % mu gutegura Listes zose; kubera iki ku ntonde batashizeko abantu batibonekeza ko ari aba CNL-Rwasa? Kandi bari basanzwe bariho, kandi benshi. Umunoho w'ubutegetsi niwo wabatwaye aho kugengwa n'ishaka ry'ugutunganya gushasha politique y'igihugu. Mbega umunoho! Abo bashingamateka, ntibabe basubiza amero mw'isaho bibitse kuka aba Ministres ! Canke gushingwa ayandi mabanga akomeye mu gihugu! Mu gihe babonako intsinzi ari cash y'urunani Burundi Bwa Bose ?
@GeorgesByabagabo
@GeorgesByabagabo 2 күн бұрын
s'il vous plaît ntimujanwe n'ishavu ngo mugumuke , mwibuke aho 2015 yatugejeje , aho mwavyise ngo n'inkuru y'umubabaro atawe bishe , murakumbure mubaze CECI ibegereye bababarire igituma urwo runani rutemerewe kuzokwitoza , wanka kugarura impene ikiri hafi yamara kurenga imirambi ukabira nkayo .
@inababirigaga3645
@inababirigaga3645 2 күн бұрын
Nivyiza cane. Mumatora ntawuzohonyorayo🤷‍♂️🤧
@John-rd2lz
@John-rd2lz 2 күн бұрын
Nakare baramaze kwonona ubutunzi bwigihugu.ariko iyo biba vyakunda twobaye mu gihugu kitarimwo ivy'imigambwe kuko biradusubiza inyuma cane.CNI Burundi irazi ivyo yama yakoreye Nyakubahwa Agathon RWASA. Tuzokwama tubabaye kandi ntidushobora gutera imbere.
@EverlyneNishimwe
@EverlyneNishimwe 2 күн бұрын
Ndiyumvira ayomatora turindiriy amez gut??ewe Burundi waragowe nintwaro zagikenye!!!
@damienbahenda4863
@damienbahenda4863 2 күн бұрын
Nta CNDDFDD iragera kuva k'ubutegetsi boca baja hehe?
@nkurunzizaabdillahi2955
@nkurunzizaabdillahi2955 2 күн бұрын
Nibareke ko Nona amafranga badateguye neza ihiganwa nibabihebe.
@John-rd2lz
@John-rd2lz 2 күн бұрын
Abene gihugu ntanyungu n'imwe dufise abotwitoreye bataturongoye🎉.Reka tuzopfire mugaheza ka d d.abarundi benshi turababaye caaane.
@EverlyneNishimwe
@EverlyneNishimwe 2 күн бұрын
Erega.abajejwe ivyamatora na ba c ndd rero umusifuzi abbaye umukinyi haba habavy kandi babigira babibona nuko binanze kwica kandi rwasa arakunda abarundi kuko avuze kura aba CDD kunguvu vyokunda yanka kohaseseka amaraso menshi
@FabriceBarankeba
@FabriceBarankeba 2 күн бұрын
Nukonyen akokajamb muherejek imbw n'ubuhiri
@Biatres-f7r
@Biatres-f7r 2 күн бұрын
🤦‍♀️🤦‍♀️🤦‍♀️🤦‍♀️🤦‍♀️🤦‍♀️🤦‍♀️🤦‍♀️🤦‍♀️🧎‍♂️🤲
@CitegetseAline-d4x
@CitegetseAline-d4x 2 күн бұрын
Oyeee
@omerntiharirizwa2121
@omerntiharirizwa2121 2 күн бұрын
Sinababwiyeko uwugusumvy'indya agutwara imbwa 'haruwantutse ndabivuze rero nanyereke rero iyo bija
@NoirCiza
@NoirCiza 2 күн бұрын
Iyo fdd ishaka kudusubiza mw,ihumbi
@numekofelix6130
@numekofelix6130 2 күн бұрын
Ntaco ko ata Mututsi abifisemwo uruhara
@JohnPaul-yt9sk
@JohnPaul-yt9sk 2 күн бұрын
nosabako ababishoboye bokora kugeza abobamenja bacuritse umutwe
Ivya Rwasa n'urunani Uburundi Bwa Bose, ubu bibazwa Sentare
6:03
Вопрос Ребром - Джиган
43:52
Gazgolder
Рет қаралды 3,8 МЛН
She wanted to set me up #shorts by Tsuriki Show
0:56
Tsuriki Show
Рет қаралды 8 МЛН
Their Boat Engine Fell Off
0:13
Newsflare
Рет қаралды 15 МЛН
Непосредственно Каха: сумка
0:53
К-Media
Рет қаралды 12 МЛН
#part1 Innocent Muhozi Atubwiye Amabanga Adasanzwe CNDD FDD Na FDLR
50:20
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 03 Nzero 2025
11:52
Isanganiro
Рет қаралды 2 М.
Вопрос Ребром - Джиган
43:52
Gazgolder
Рет қаралды 3,8 МЛН