Umushikiranganji wambere amenyesha ko bagiye gutangura gukura mumabanga abadatunganiriza abenegihugu

  Рет қаралды 34,913

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

Пікірлер: 27
@merchndayishimiye1001
@merchndayishimiye1001 Жыл бұрын
Muntwaro ziheze musitanteri yabwira buramatari ngo ntategeko umpa Kuko jewe naratowe komubibonye Imana ibahe umugisha twebwe abanya Gihugu twari turushe twibaza musitanteri na buramatari utwara uwundi uwariwe
@ornellaakimana4681
@ornellaakimana4681 Жыл бұрын
Mutama wubahweeee nukuri👏👏👏ntakwigira akagagazo kabisa
@samsonbibonimana6738
@samsonbibonimana6738 Жыл бұрын
Nta kuntu mwoza muraduha ikiganiro cose ? Murakoze
@dieudonnemugirangabo8174
@dieudonnemugirangabo8174 Жыл бұрын
Uravugukuri mutama wacu ntituzoguhorana vyukuri 🙏🙏🙏 nyakwubahwa président wacu nanyakwubahwa 1è ministre murabagaciro kungingo zitabara uburundi nabarundi mufata cane cane twebwe banyarucari 🙏🙏🇧🇮
@bidadijeanluck7484
@bidadijeanluck7484 Жыл бұрын
We really hopefully new life in our COUNTRY may GOD blessing our nation
@bidadijeanluck7484
@bidadijeanluck7484 Жыл бұрын
IMANA ibarongore mugukorera igihugu. Kandi abanegihugu turinyuma yanyu muri vyose
@josephitangishaka960
@josephitangishaka960 Жыл бұрын
Uburundi bugire bukire.
@makinimoses9041
@makinimoses9041 Жыл бұрын
Mwubahwe kbs
@merchndayishimiye1001
@merchndayishimiye1001 Жыл бұрын
Mukuri kugaragara ukuri Nuko yemwe ivyo bikaja mungiro umurundi azoca yiruhutsa erega mubidindiza itunga ryi Gihugu intwaro ibereye irimwo Nyakubahwa turumvako mukeneye abakorera igihugu reka tubarindire turabe
@nininahazwedonavine3349
@nininahazwedonavine3349 Жыл бұрын
Mutama nimwubahwe Kandi turategereje kobahinduka abobinaniye nabo mubasubirize dufise incabwenge nyinshi Kandi zibishoboye rero bakore ivyobashinzwe neza
@m.mabeba1972
@m.mabeba1972 Жыл бұрын
0:27, 1:55, 5:39 kuberiki uyu munyakwubahwa avyintiriwe?
@lovepeace5460
@lovepeace5460 Жыл бұрын
Uwokubitirimbwa gusutama yozimara. Hera muri PAFE aho passport yabaye business. Mutibagiwe na permis de conduire ni business. Ikindi izina general riragisibije, ririhejuru yamategeko
@leonce343
@leonce343 Жыл бұрын
Premier ministre yubahwe vrt
@hakizimanaclaude8907
@hakizimanaclaude8907 Жыл бұрын
Oya kwli nimutunganirize Abenegihugu muze mubivuga mubishira mubikorwa kuko Abenegihugu barakubititse
@ornellaakimana4681
@ornellaakimana4681 Жыл бұрын
Basha Ubu ni ukubakuza amakete kweli😅😅😅😅
@gregoirekennedy8573
@gregoirekennedy8573 Жыл бұрын
Wow 👍👍👍👍👍👍👍🇧🇮🇺🇸
@niyonkuruaristide7167
@niyonkuruaristide7167 Жыл бұрын
Turabakeje ndongozi zacu
@damasenimutabazi9251
@damasenimutabazi9251 Жыл бұрын
Hhhhh kbs munze uvuzukuri
@niyomugabojohn8329
@niyomugabojohn8329 Жыл бұрын
Uri umugabo
@amolam97
@amolam97 Жыл бұрын
Tubarinyuma tubahanze amaso
@rukundoarthur6350
@rukundoarthur6350 Жыл бұрын
Hera kuri Pafe niho hagwaye
@jayavatar1577
@jayavatar1577 Жыл бұрын
Ababwire no muri PAFE ibiturire vya Passeport bihave burundu
@lovepeace5460
@lovepeace5460 Жыл бұрын
Dukeneye ibikogwa amajambo ajanenibikorwa
@faustintwagirayezu5530
@faustintwagirayezu5530 Жыл бұрын
Buganda iwacu🇰🇪
@mdmn8160
@mdmn8160 Жыл бұрын
👏
@richardburundi3090
@richardburundi3090 Жыл бұрын
Uwurikubuhingabwivyuma utikomutama tutamwumva
Hoodie gets wicked makeover! 😲
00:47
Justin Flom
Рет қаралды 127 МЛН
МЕНЯ УКУСИЛ ПАУК #shorts
00:23
Паша Осадчий
Рет қаралды 4,4 МЛН
Motorbike Smashes Into Porsche! 😱
00:15
Caters Clips
Рет қаралды 23 МЛН
Hatangujwe indwi yahariwe intwari ku rugamba mu mugambwe CNDD-FDD
13:55
Hoodie gets wicked makeover! 😲
00:47
Justin Flom
Рет қаралды 127 МЛН